Aa matthewsii ni agaterwa kagira udushurwe twiza cane, kiharijwe ahanini n'ibara rishaka gutukura ariko ntiritukure cane (violet).