Birtukan Fente Alemu (yavutse ku ya 18 Kamena 1989) ni Umunyetiyopiya wiruka cyane muri metero 3000 . [1] Yahagarariye igihugu cye muri Shampiyona yisi muri 2011 na 2015 agera k'umukino wanyuma kunshuro y'ambere.
Umwaka | Irishanwa | igihugu | Umwanya | Uburebure | igihe |
---|---|---|---|---|---|
2005 | World Youth Championships | Marrakech, Moroke | 13th | 3000 m | 9:58.72 |
2011 | World Championships | Daegu, Koreya yepfo | 8th | 3000 m s'chase | 9:36.81 |
2015 | World Championships | Beijing, ubushina | 24th (h) | 3000 m s'chase | 9:39.77 |
2017 | World Championships | London, ubwongereza | 11th (h) | 3000 m s'chase | 9:33.991 |
1 Ntabwo yatangiriye k 'umukino wa nyuma
Hanze
Mu nzu