Inyandikorugero:Infobox Footballeur
Abel TamataPage Inyandikorugero:Infobox/Pictogramme/footballblack.css has no content. | ||
Abel Tamata ari PSV muri 2014 | ||
ubuzima | ||
---|---|---|
Amazina | Abel Tezzy Tamata | |
Ubwengihugu | Congolais (RDC) | |
Amavuko | Berg-op-Zoom (ubuhorandi) | |
Uburebure | 1,85 | |
iguhe | 2010 – 2017 | |
Umwanya | Ibumoso | |
ingimbi | ||
Umwaka | colspan=" 2
" |ikipe | |
1996-2001 | SV DOSKO | |
2001-2007 | NAC Breda | |
2007-2010 | PSV Eindhoven | |
umwuga | ||
umwaka | ikipe | ib |
2010-2015 | PSV Eindhoven | 41 (0) |
2012-2013 | → SV Roda | 25 (0) |
2015-2016 | FC Groningue | 22 (0) |
2017 | ADO La Haye | (0) |
igihugu | ||
umwaka | ikipe | ib |
2015- | RD Congo | 1 (0) |
Catégorie:Article utilisant une Infobox Catégorie:Image locale différente de celle de Wikidata Catégorie:Utilisation du paramètre parcours pro dans le modèle infobox Footballeur Abel Tezzy Tamata (Yavutse Ku ya 5 Ukuboza 1990 i Berg-op-Zoom mu Ubuholandi) Ni umukinnyi ukina umupira w'amaguru ari mpuzamahanga ukomoka muri congo. Akina nka myugariro .
Tamata yavukiye i Bergen op Zoom kwa se ukomoka muri congo na nyina w’Ubuholandi. Se akora akazi ko gukora tagisi, afite mushiki we basangiye nyina na barumuna be babiri. Mushiki we basangiye nyina yashakanye n'umuraperi Ali B wabaye umukozi we.
Tamata y'amaze imyaka ine mu ishuri rya Rijks muri Bergen op Zoom maze muri 2009 yigai shuri ribanza muri kaminuza muri Saint Gorge College muri Eindhoven . Yabanye na nyirarume na nyirasenge muri Eindhoven aho yinjiye mu kipe y'urubyiruko yo muri PSV.
Yatangiye bwa mbere mu ikipe ya Repubulika Iharanira Demokarasi ya Kongo, Ku ya 28 Werurwe 2015 i Dubai mu mukino wa gicuti na Iraki, yagaragaye nk'umukinnyi w’ibumoso kandi akina amukino wose, ariko ikipe ye itsindwa igitego kimwe. (1-0).